LOVE LYRICS BY SAT-B
Intro : Mmmh mhhhh
Verse 1:
Bambwiye ko nkusangira na benshi
Nziba amatwi kuko ntashaka kuyumviriza
Ngo naho ndi intare imbere yawe ndi Intama
Buca kabiri umpinduke unry'umutima
Naho kw'isi ariko Bimeze bury'umuntu arinda icakunda
Niwabona nkukoshereje umbarire cane
Kuko kwi'si nta wuri perfect
Jewe Nawe turi abantu
Baby Soyez joyeuse
ET surtout quand vous etes avec moi, Aaah ahhhh
Chorus:
Kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri
Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane
Let me feel love
Let me feel love., girl
Let me feel love
Let me feel love, girl
Verse 2:
Bakubwira ko ndi ikirara gihebuje
Nirirwa club nirvana na la costa beach
Ntuzubabare bakubwiye ndi bad boy, be
Lover Lover kugeza nokubagore n'abantu
Naguhaye umutima wanj
Nsenga imana nayo irakumpa
Niwabona nkukoshereje
Umbabarire cane
Kuko kwi'si nta wuri perfect
Jewe Nawe turabantu
Baby Soyez joyeuse
Et sourtout quand vous etes avec moi, Aaah aaah
Chorus :
kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri
Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane
Let me feel love
Let me feel love, girl
Let me feel love
Let me feel love, girl
Outro:
Lover lover lover
She's my lover lover lover
She's my lover lover lover
She's my lover lover lover
She's mine
Subscribe to:
Post Comments (Atom)
-
Where to go I do not know Looking for answers why I do not know You are no longer listening You are no longer interested You are ...
-
Be ka ntsentxa toronkong (it can land me in jail) bjala (alcohol) Be ka ntsentxa toronkong (it can land me in jail) bjala (alcohol...
-
Ekoti te ( you missed the shot). Dj Mopao frontiere ya liwa, kanga foto (Dj Mopao the border of death, take a photo) Tutu Roba Ve...
No comments:
Post a Comment